ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 50:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Nihumvikana urwamo igihe Babiloni izoba ifashwe, isi izoca itigita+, kandi amaborogo azokwumvikana mu mahanga+.”

  • Ezekiyeli 27:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ababa mu mazinga bose+, ntibazobura kukuraba bumiwe, kandi abami babo bazobwirizwa guhinda agashitsi bari n’ikinya+. Mu maso h’abantu hazohungabana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika