Matayo 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.” Mariko 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 mugabo akaguma yigisha avuga ati: “Ntivyanditswe none ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+ ku mahanga yose+’? Mugabo mwebwe mwayigize isenga ry’abambuzi+.” Luka 19:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Kandi inzu yanje izoba inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe mwayigize isenga ry’abambuzi+.”
13 Maze ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe muriko muyigira isenga ry’abambuzi+.”
17 mugabo akaguma yigisha avuga ati: “Ntivyanditswe none ngo: ‘Inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo+ ku mahanga yose+’? Mugabo mwebwe mwayigize isenga ry’abambuzi+.”
46 ababwira ati: “Vyanditswe ngo: ‘Kandi inzu yanje izoba inzu yo gusengeramwo+,’ mugabo mwebwe mwayigize isenga ry’abambuzi+.”