ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ni co gituma inzira yabo izobabera nk’ahantu hanyerera+ mu muzimagiza; bazohenurirwayo bagwe ata kabuza+.”

      “Kuko nzobazanako icago, umwaka bazokwitabwaho+,” ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 46:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ikigeretseko, abasoda biwe b’abacangero hagati muri we bameze nk’inyana zadoheshejwe+. Mugabo na bo nyene basubiye inyuma+; bahungiye icarimwe. Ntibananye+. Kuko umusi w’icago cabo uje kuri bo, igihe c’uko ivyabo vyitabwaho+.’

  • Mika 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uwumeze neza kuruta abandi bose muri bo ameze nk’igihandambwa, uwugororotse kuruta abandi bose muri bo ni mubi kurusha uruzitiro rw’amahwa+. Umusi w’inderetsi zawe, umusi wo kukwitaho, uzoza ata kabuza+. Ubu rero bazozazanirwa+.

  • Luka 19:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 bagutsinde hasi wewe n’abana bawe bari muri wewe+, kandi ntibazosiga ibuye na rimwe rigeretse ku rindi+ muri wewe, kuko utamenye igihe c’ukugendurwa kwawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika