ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe+.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.

  • 1 Ngoma 29:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ndazi neza, ewe Mana yanje, yuko usuzuma umutima+, kandi yuko uhimbarwa n’ubugororotsi+. Jewe, mu kugororoka kw’umutima wanje ni ho ntanze ibi bintu vyose ndabikunze; none rero mpimbawe no kubona aba bantu bawe bari hano bagushikanira amashikanwa babikunze.

  • Zaburi 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,

      Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.

      Akanwa kanje ntikazogabitanya+.

  • Zaburi 44:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mbega Imana ubwayo ivyo ntizobiserangura+?

      Kuko izi amabanga y’umutima+.

  • Yeremiya 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo Yehova nyen’ingabo aca urubanza mu bugororotsi+; asuzuma amafyigo n’umutima+. Ese nobona ukuntu ubihōra, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika