ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 49:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Ehe, umuntu azoduga nk’intambwe+ ivuye mu bisaka vy’inzitane vyishima vyo ku nkengera ya Yorodani, aje ahantu ho kuba haramba+, mugabo mu kanya gatoyi nzotuma ahahunga+. Kandi uwatowe ni we nzoshiraho ngo ahaganze. Kuko, ni nde ameze nkanje+, kandi ni nde azompigisha+? Vyongeye, ni nde none mwungere yompagarara imbere+?

  • Yeremiya 50:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Ehe, umuntu azoduga nk’intambwe ivuye mu bisaka vy’inzitane vyishima vyo ku nkengera ya Yorodani, aje ahantu ho kuba haramba+, mugabo mu kanya gatoyi nzotuma bahahunga+. Kandi uwatowe ni we nzoshiraho ngo ahaganze+. Kuko, ni nde ameze nkanje+, kandi ni nde azompigisha+? Vyongeye, ni nde none mwungere yompagarara imbere+?

  • Zakariya 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umviriza ukuboroga kw’abungere+, kuko ubukuru bwabo bunyazwe+. Umviriza ukuroha kw’intambwe z’imikangara z’imigāra, kuko vya bisaka vy’inzitane vyishima vyo ku nkengera ya Yorodani binyazwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika