3 Isirayeli yari ikintu ceranda kuri Yehova+, umwimbu wa mbere kuri we+.”’ ‘Abantu bose bamurotsa baba bikwegeye ukwagirwa n’icaha+. Ivyago vyarabazako,’ ni ko Yehova yavuze+.”
8 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Amaze kuninahazwa+, yarantumye ku mahanga yahora abanyaga+; kuko uwubakozeko+ aba akoze ku mbone y’ijisho ryanje+.