Yeremiya 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.” Amosi 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.
20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.”
22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.