Zaburi 109:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ikosa rya ba sekuruza niryibukwe na Yehova+,Kandi igicumuro ca nyina+, emwe, ntigihanagurwe+. Hoseya 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bwa bimazi vy’ingabirano nshikanirwa, bagumye bashikana inyama+, kandi bagumye barya ibidahimbara Yehova+. Ubu rero azokwibuka ikosa ryabo, agire ico abaza ku bijanye n’ibicumuro vyabo+. Bo basubiye mu Misiri+. Hoseya 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Baradwibiye mu vyonona+, nko mu misi ya Gibeya+. Azokwibuka ikosa ryabo+; azobahanira ibicumuro vyabo.
13 Bwa bimazi vy’ingabirano nshikanirwa, bagumye bashikana inyama+, kandi bagumye barya ibidahimbara Yehova+. Ubu rero azokwibuka ikosa ryabo, agire ico abaza ku bijanye n’ibicumuro vyabo+. Bo basubiye mu Misiri+.
9 Baradwibiye mu vyonona+, nko mu misi ya Gibeya+. Azokwibuka ikosa ryabo+; azobahanira ibicumuro vyabo.