Yobu 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyo bikaba kandi uzi yuko ntari mw’ikosa+,Kandi ata wuriho arokora mu kuboko kwawe+? Zaburi 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+. Yeremiya 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi wewe, ewe Yehova, uranzi neza+; urambona, kandi warasuzumye umutima wanje ngo umenye yuko uri kumwe nawe+. Bashire ku ruhande nk’intama zo gukererwa+, ubashire ukwabo ku bw’umusi wo kwicwa.
3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.
3 Kandi wewe, ewe Yehova, uranzi neza+; urambona, kandi warasuzumye umutima wanje ngo umenye yuko uri kumwe nawe+. Bashire ku ruhande nk’intama zo gukererwa+, ubashire ukwabo ku bw’umusi wo kwicwa.