Yeremiya 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo jewe, ehe uyu musi nkugize igisagara gikingijwe ibihome, nkugira n’inkingi y’icuma n’impome z’umujumpu+ ku gihugu cose+, ngo uhangane n’abami ba Yuda, n’abaganwa baho, n’abaherezi baho be n’abanyagihugu+. Ezekiyeli 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.”
18 Mugabo jewe, ehe uyu musi nkugize igisagara gikingijwe ibihome, nkugira n’inkingi y’icuma n’impome z’umujumpu+ ku gihugu cose+, ngo uhangane n’abami ba Yuda, n’abaganwa baho, n’abaherezi baho be n’abanyagihugu+.
9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.”