Yesaya 41:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’ Ivyakozwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kubera ko ndi kumwe nawe+, kandi nta n’umwe azogutera ngo akugirire nabi; kuko mfise abantu benshi muri iki gisagara.”
10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’
10 kubera ko ndi kumwe nawe+, kandi nta n’umwe azogutera ngo akugirire nabi; kuko mfise abantu benshi muri iki gisagara.”