ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 24:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umuvinyu mushasha wagiye mu kigandaro, umuzabibu wakabiranye+, abahimbawe mu mutima bose bagiye mu miniho+.

  • Yeremiya 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”

  • Yeremiya 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nzorandura muri bo ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+, urwamo rw’urusyo rw’amaboko+ n’umuco w’itara+.

  • Ezekiyeli 26:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “‘Nzohagarika urwamo rw’indirimbo zawe+, kandi ijwi ry’inanga zawe ntirizokwongera kwumvikana+.

  • Hoseya 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nzohagarika koko umwigino wiwe wose+, umusi mukuru wiwe+, imboneko y’ukwezi yiwe+ n’isabato yiwe n’ibiringo vy’imisi mikuru vyiwe vyose.

  • Ivyahishuwe 18:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kandi nta muco w’itara uzokwigera wongera gukayangana iwawe, kandi nta jwi ry’umukwe n’iry’umugeni rizokwigera ryongera kwumvikana iwawe+; kuko abadandaza b’ingenzi+ bawe bari bo bantu bo ku rwego rwo hejuru+ bo kw’isi, kuko amahanga yose yazimijwe n’ubupfumu bwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika