ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umwigino w’utugoma waheze, urwamo rw’abishwe n’akamwemwe rwahagaze, umwigino w’inanga waheze+.

  • Yeremiya 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”

  • Amosi 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Imisi mikuru yanyu nzoyihindura ikigandaro+, n’indirimbo zanyu zose ndazihindure akaririmbo k’intimba, nzane amagunira* ku mafyinga yose, n’imitwe yose iharangurwe+; nzotuma bimera nk’igihe bagandarira umwana w’ikinege+, iherezo ryavyo rimere nk’umusi w’akabonge.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika