Zaburi 81:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwahuke agahibongozo+, mufate akagoma+,Inanga ihimbaye kumwe n’igicurarangisho c’imirya+. Yeremiya 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’” Yeremiya 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nkure aha hantu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ndabigire mu maso yanyu no mu misi yanyu+.’ Hoseya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nzohagarika koko umwigino wiwe wose+, umusi mukuru wiwe+, imboneko y’ukwezi yiwe+ n’isabato yiwe n’ibiringo vy’imisi mikuru vyiwe vyose.
34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”
9 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nkure aha hantu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ndabigire mu maso yanyu no mu misi yanyu+.’
11 Nzohagarika koko umwigino wiwe wose+, umusi mukuru wiwe+, imboneko y’ukwezi yiwe+ n’isabato yiwe n’ibiringo vy’imisi mikuru vyiwe vyose.