2 Abami 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze asohora ng’aho amatunga yose y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+, hanyuma atemagura ibikoresho vy’inzahabu+ vyose Salomo umwami wa Isirayeli yari yarakoze vyo mu rusengero rwa Yehova, nk’uko Yehova yari yaravuze. Yeremiya 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+.
13 Maze asohora ng’aho amatunga yose y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+, hanyuma atemagura ibikoresho vy’inzahabu+ vyose Salomo umwami wa Isirayeli yari yarakoze vyo mu rusengero rwa Yehova, nk’uko Yehova yari yaravuze.
13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+.