Zaburi 60:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kugira ngo abakundwa bawe batabarwe+,Yoo! kirisha ukuryo kwawe kandi utwishure+. Yeremiya 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Nkugize kuri aba bantu uruhome rw’umujumpu rukomejwe+; bazokurwanya koko, mugabo ntibazokunesha+. Kuko ndi kumwe nawe kugira ngo ngukize no kugira nkurokore+,” ni ko Yehova avuze.
20 “Nkugize kuri aba bantu uruhome rw’umujumpu rukomejwe+; bazokurwanya koko, mugabo ntibazokunesha+. Kuko ndi kumwe nawe kugira ngo ngukize no kugira nkurokore+,” ni ko Yehova avuze.