Yesaya 42:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ico yagumye amusukako ubushangashirwe, ishavu ryiwe, n’inkomezi z’intambara+. Kandi vyagumye bimuyigiza irya n’ino+, mugabo ntiyagize ico yitaho+; kandi vyagumye bimururumbira, mugabo nta na kimwe yashira ku mutima+. Yeremiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwigenyereshe ku bwa Yehova, kandi mugenyere imitima yanyu+, yemwe bagabo ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu; kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibupfunduke nk’umuriro, bukaka koko ata wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”
25 Ku bw’ico yagumye amusukako ubushangashirwe, ishavu ryiwe, n’inkomezi z’intambara+. Kandi vyagumye bimuyigiza irya n’ino+, mugabo ntiyagize ico yitaho+; kandi vyagumye bimururumbira, mugabo nta na kimwe yashira ku mutima+.
4 Nimwigenyereshe ku bwa Yehova, kandi mugenyere imitima yanyu+, yemwe bagabo ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu; kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibupfunduke nk’umuriro, bukaka koko ata wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”