Yobu 34:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwaKandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+. Yeremiya 52:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+, Abaroma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Imana itagira nkunzi+.
19 Hariho Uwutagiriye nkunzi abaganwaKandi atitwararitse umunyacubahiro kumurutisha umutoyi+,Kuko bose ari igikorwa c’amaboko yiwe+.
24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,