Yeremiya 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ahumisha amaso ya Zedekiya+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, kugira ngo amujane i Babiloni. Yeremiya 52:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma umwami wa Babiloni amubohesha amapingu y’umujumpu araheza amujana i Babiloni+, amushira mu nzu acungirwamwo gushika umusi yapfiriyeko.
7 Ahumisha amaso ya Zedekiya+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu, kugira ngo amujane i Babiloni.
11 Amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma umwami wa Babiloni amubohesha amapingu y’umujumpu araheza amujana i Babiloni+, amushira mu nzu acungirwamwo gushika umusi yapfiriyeko.