Yeremiya 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Emera ukosorwe+, ewe Yeruzalemu, kugira ngo noye kukuzinukwa nkirabira hirya+; kugira ngo sindakugire igiharabuga, igihugu ata wukibamwo+.” Yeremiya 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Emwe, amatongo azogurwa muri iki gihugu+, ico muzovuga ku bicerekeye ngo: “Ni igiharabuga+ kitagiramwo umuntu n’igitungwa. Catanzwe mu kuboko kw’Abakaludaya+.”’
8 Emera ukosorwe+, ewe Yeruzalemu, kugira ngo noye kukuzinukwa nkirabira hirya+; kugira ngo sindakugire igiharabuga, igihugu ata wukibamwo+.”
43 Emwe, amatongo azogurwa muri iki gihugu+, ico muzovuga ku bicerekeye ngo: “Ni igiharabuga+ kitagiramwo umuntu n’igitungwa. Catanzwe mu kuboko kw’Abakaludaya+.”’