Yobu 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bantabururiye umunwa+,Amatama yanje bayakubise iceyi,Bankoraniye ari isinzi+. Zaburi 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buguruye akanwa kabo ngo bandotse+,Nk’intambwe itabagura kandi iroha+. Gucura intimba 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abansi bawe bose bakwasamiye+.Bavugije agahwa, baguma bahekenya amenyo+. Bavuze ngo: “Tuzomumira miyonzwa+.Ni ukuri uwu ni wo musi twari twiteze+. Turawuronse! Turawubonye+!”
16 Abansi bawe bose bakwasamiye+.Bavugije agahwa, baguma bahekenya amenyo+. Bavuze ngo: “Tuzomumira miyonzwa+.Ni ukuri uwu ni wo musi twari twiteze+. Turawuronse! Turawubonye+!”