Zaburi 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+. Zaburi 35:1 Bibiliya y’isi nshasha 35 Niwifatire mu minwe urubanza rwanje, ewe Yehova, urwo mburana n’abandwanya+;Nurwanye abandwanya+. Zaburi 69:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egera ubuzima bwanje, ubuhabuze+;Nuncungure kubera abansi banje+. Yeremiya 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Yehova nyen’ingabo aca urubanza mu bugororotsi+; asuzuma amafyigo n’umutima+. Ese nobona ukuntu ubihōra, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+. Yeremiya 51:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nifatire mu minwe urubanza rwawe+, kandi nzoguhōra ata kabuza+. Nzokamya ikiyaga ciwe, nkamye n’amariba yiwe+.
8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+.
20 Mugabo Yehova nyen’ingabo aca urubanza mu bugororotsi+; asuzuma amafyigo n’umutima+. Ese nobona ukuntu ubihōra, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.
36 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nifatire mu minwe urubanza rwawe+, kandi nzoguhōra ata kabuza+. Nzokamya ikiyaga ciwe, nkamye n’amariba yiwe+.