Gucura intimba 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abaganwa ubwabo bamanikiwe ku kuboko kwabo+. Mu maso h’abatama ntihatewe iteka+. Ezekiyeli 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umutama, umusore, umwigeme w’isugi, umwana muto n’abagore+, mwice, emwe, muhonye. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+, kandi muhere aheranda hanje+.” Nuko bahera ku batama bari imbere ya nya nzu+.
6 Umutama, umusore, umwigeme w’isugi, umwana muto n’abagore+, mwice, emwe, muhonye. Mugabo umuntu wese ariko ikimenyetso ntimumwegere+, kandi muhere aheranda hanje+.” Nuko bahera ku batama bari imbere ya nya nzu+.