ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Uzoresha umugore, uwundi mugabo amushurashuze ku nguvu+. Uzokwubaka inzu, ariko ntuzoyibamwo+. Uzotera umurima w’imizabibu, ariko ntuzonatangura kuwikorako+.

  • Zaburi 79:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 79 Ewe Mana, amahanga yinjiye mu ntoranwa yawe+;

      Yahumanije urusengero rwawe rweranda+;

      Yagize Yeruzalemu ikirundo c’ibihomvagurike+.

  • Zaburi 136:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Agatanga igihugu cabo ngo kibe intoranwa+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

  • Yesaya 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+.

  • Yeremiya 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amazu yabo azohabwa koko abandi ngo bayigabire, amatongo n’abagore icarimwe+. Kuko nzobangurira ukuboko kwanje ababa mu gihugu,” ni ko Yehova avuze+.

  • Zefaniya 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ubutunzi bwabo buzoba ubwo gusahurwa n’inzu zabo zibe izo kugirwa igiharabuga+. Bazokwubaka amazu, ariko ntibazoyabamwo+; bazotera imirima y’imizabibu, ariko ntibazonywa umuvinyu wayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika