ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Kavamahanga aba hagati yawe azoguma arushiriza kuduga aja hejuru yawe, ariko weho, uzoguma urushiriza kumanuka uja hasi+.

  • Imigani 30:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 umushumba iyo aganje+, be n’imburabwenge iyo ifise ibifungurwa bikwiye+;

  • Yesaya 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uduhungu ni two nzogira abaganwa babo, kandi ububasha bw’akiganzo gusa ni bwo buzobaganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika