Gucura intimba 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uzombera icabona mu biki? Nzokugereranya n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu+?Nzokunganisha n’iki, kugira ndaguhoze, ga wa mukobwa w’isugi wa Siyoni+?Kuko ugusenyuka kwawe+ ari kunini nk’ikiyaga. Ni nde yogukiza+? Daniyeli 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.
13 Uzombera icabona mu biki? Nzokugereranya n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu+?Nzokunganisha n’iki, kugira ndaguhoze, ga wa mukobwa w’isugi wa Siyoni+?Kuko ugusenyuka kwawe+ ari kunini nk’ikiyaga. Ni nde yogukiza+?
12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.