ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+.

  • Yeremiya 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi nimutavyumva+, umutima wanje uzoririra mu bwihisho kubera ubwishime bwanyu, ukorore amosozi koko; ijisho ryanje rizotemba amosozi+, kuko ubusho+ bwa Yehova buzoba bwatwawe ari imbohe.

  • Yeremiya 14:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Uze ubabwire iri jambo uti: ‘Amaso yanje natembe amosozi ijoro n’umurango, ntahagarike+, kuko umukobwa w’isugi w’abantu banje avunitse agasenyuka bimwe bikomeye+, akagira uruguma rusesereza cane+.

  • Gucura intimba 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umutima wabo watakambiye Yehova+, ewe ruhome rw’umukobwa wa Siyoni+!

      Reka amosozi atembe nk’uruzi rw’isumo umurango n’ijoro+.

      Ntutimbe. Imbone y’ijisho ryawe ntireke kurira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika