Zaburi 137:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ng’aho abari batugize imbohe badusavye amajambo y’ururirimbo+,Abadutwenga na bo, badusaba umunezero+ ngo:“Nimuturirimbire rumwe mu ndirimbo z’i Siyoni+.” Yeremiya 50:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Nimutumeko abarashi bo gutera Babiloni, abahonyora umuheto bose+. Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire abacoroka+. Mumwishure ibihwanye n’igikorwa ciwe+. Mumugirire nk’uko ivyo yakoze vyose biri+. Kuko bitaye imbere mu kurwanya Yehova, mu kurwanya wa Mweranda wa Isirayeli+.
3 Kuko ng’aho abari batugize imbohe badusavye amajambo y’ururirimbo+,Abadutwenga na bo, badusaba umunezero+ ngo:“Nimuturirimbire rumwe mu ndirimbo z’i Siyoni+.”
29 “Nimutumeko abarashi bo gutera Babiloni, abahonyora umuheto bose+. Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire abacoroka+. Mumwishure ibihwanye n’igikorwa ciwe+. Mumugirire nk’uko ivyo yakoze vyose biri+. Kuko bitaye imbere mu kurwanya Yehova, mu kurwanya wa Mweranda wa Isirayeli+.