Zaburi 109:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nivyame imbere ya Yehova+;Narandure ukwibukwa kwabo kuve kw’isi+; Yeremiya 51:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 ‘Ubukazi bwagizwe kuri jewe no ku mubiri wanje burakaba kuri Babiloni!’, ni ko umugore aba i Siyoni azovuga+. ‘Amaraso yanje arakaba ku baba i Kaludaya!’, ni ko Yeruzalemu azovuga+.” Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+: Yakobo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.
15 Nivyame imbere ya Yehova+;Narandure ukwibukwa kwabo kuve kw’isi+; Yeremiya 51:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 ‘Ubukazi bwagizwe kuri jewe no ku mubiri wanje burakaba kuri Babiloni!’, ni ko umugore aba i Siyoni azovuga+. ‘Amaraso yanje arakaba ku baba i Kaludaya!’, ni ko Yeruzalemu azovuga+.” Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+: Yakobo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.
35 ‘Ubukazi bwagizwe kuri jewe no ku mubiri wanje burakaba kuri Babiloni!’, ni ko umugore aba i Siyoni azovuga+. ‘Amaraso yanje arakaba ku baba i Kaludaya!’, ni ko Yeruzalemu azovuga+.”
13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.