Gusubira mu vyagezwe 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+. 2 Abami 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; aturiza umuriro n’inzu y’umuntu ahambaye wese+. Zaburi 89:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Uzogeza ryari ga Yehova kuguma wihishije? Igihe cose+?Mbega ubushangashirwe bwawe buzoguma bururumba nk’umuriro+? Yesaya 42:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ico yagumye amusukako ubushangashirwe, ishavu ryiwe, n’inkomezi z’intambara+. Kandi vyagumye bimuyigiza irya n’ino+, mugabo ntiyagize ico yitaho+; kandi vyagumye bimururumbira, mugabo nta na kimwe yashira ku mutima+. Yeremiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwigenyereshe ku bwa Yehova, kandi mugenyere imitima yanyu+, yemwe bagabo ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu; kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibupfunduke nk’umuriro, bukaka koko ata wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.” Yeremiya 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ishavu ryanje n’ubushangashirwe bwanje bigira bisukwe aha hantu+, ku muntu no ku gitungwa, no ku giti co mw’ishamba+ no ku vyamwa vy’ubutaka; buzokwaka, kandi ntibuzozima+.’ Gucura intimba 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova yimaze ishavu+. Yasutse ubushangashirwe bwiwe bururumba+.Adomeka umuriro muri Siyoni, ukarigata imishinge yaho+. Abaheburayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko Imana yacu ari kandi umuriro uyigiza+.
22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.
9 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; aturiza umuriro n’inzu y’umuntu ahambaye wese+.
46 Uzogeza ryari ga Yehova kuguma wihishije? Igihe cose+?Mbega ubushangashirwe bwawe buzoguma bururumba nk’umuriro+?
25 Ku bw’ico yagumye amusukako ubushangashirwe, ishavu ryiwe, n’inkomezi z’intambara+. Kandi vyagumye bimuyigiza irya n’ino+, mugabo ntiyagize ico yitaho+; kandi vyagumye bimururumbira, mugabo nta na kimwe yashira ku mutima+.
4 Nimwigenyereshe ku bwa Yehova, kandi mugenyere imitima yanyu+, yemwe bagabo ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu; kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibupfunduke nk’umuriro, bukaka koko ata wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”
20 Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ishavu ryanje n’ubushangashirwe bwanje bigira bisukwe aha hantu+, ku muntu no ku gitungwa, no ku giti co mw’ishamba+ no ku vyamwa vy’ubutaka; buzokwaka, kandi ntibuzozima+.’
11 Yehova yimaze ishavu+. Yasutse ubushangashirwe bwiwe bururumba+.Adomeka umuriro muri Siyoni, ukarigata imishinge yaho+.