ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 ehe ngira ntume intumwa, kandi nzotora imiryango yose yo mu buraruko+,” ni ko Yehova avuze, “egome, ngira ntume kuri Nebukadirezari umwami wa Babiloni, umusavyi wanje+, maze nzobazana batere iki gihugu+ n’abakibamwo n’aya mahanga yose ari irya n’ino+; kandi nzobatikiza ndabagire akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa+ n’ahantu hatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yeremiya 25:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’

  • Yeremiya 51:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Uri ubuhiri kuri jewe, uri nk’ibirwanisho vy’intambara+; nzogukoresha mu gusavya amahanga, kandi nzogukoresha mu guhonya ubwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika