ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko Dawidi aba muri ico gihome gikomeye, hanyuma citwa Igisagara ca Dawidi; maze Dawidi yubaka irya n’ino yaco, ahera ku Kidunduri+ yerekeza imbere.

  • 2 Ngoma 26:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Vyongeye, Uziya yubaka iminara+ i Yeruzalemu, iruhande y’Irembo ryo mu Mfuruka+, n’iruhande y’Irembo ryo ku Mubande+ be n’iruhande y’Urwego, arayikomeza.

  • 2 Ngoma 32:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, agira umutima rugabo, yubaka uruhome rwose rwari rwarasenyuwe+ yongera aduza iminara+ kuri rwo, yubaka n’urundi ruhome+ hanze; asanasana Ikidunduri+ co mu Gisagara ca Dawidi, akora n’ibirwanisho vyinshi batera+, be n’inkinzo+.

  • 2 Ngoma 33:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Inyuma y’ivyo, yubakira Igisagara ca Dawidi+ uruhome rw’inyuma+, mu burengero bwa Gihoni+, mu mwonga no gushika kw’Irembo ry’Amafi+, araruzungurutsa gushika i Ofeli+; nuko arugira rurerure cane. Vyongeye, ashira abakuru b’inteko za gisirikare mu bisagara vyose bikingijwe ibihome vyo muri Yuda+.

  • Zaburi 48:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nimuzunguruke Siyoni, mugendagende irya n’ino yaho+,

      Muharure iminara yaho+.

  • Gucura intimba 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Abami bo mw’isi n’ababa ku butaka bwimbuka bose ntibemeye+

      Yuko umurwanizi n’umwansi bokwinjiye mu marembo ya Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika