ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 32:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ehe abantu baje kuri iki gisagara n’ibikuta vyo kugisugereza+ kugira bagifate+, kandi iki gisagara kizotangwa koko mu kuboko kw’Abakaludaya bariko bakirwanya+, ku bw’inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+; ivyo wavuze birabaye, kandi ehe uravyibonera+.

  • Yeremiya 52:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Amaherezo mu mwaka ugira icenda Zedekiya ari umwami+, mu kwezi kugira cumi, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, Nebukadirezari umwami wa Babiloni araza, we n’inteko za gisirikare ziwe zose, baza gutera Yeruzalemu+; nuko barakambika ngo bayitere, bubaka irya n’ino uruhome rw’ukuyisugereza+.

  • Ezekiyeli 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nayo wewe, niwitorere ikarayi y’icuma, uyishinge nk’uruhome rw’icuma hagati yawe n’igisagara, ugihange amaso, kibe igisugerejwe, ucugarize. Ni ikimenyetso ku nzu ya Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika