Abalewi 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Ntuze ureke ngo hagire n’umwe mu ruvyaro rwawe yegurirwa+ Moleki+. Ntuze uhumanye+ izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo. Ndi Yehova+. 2 Abami 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kandi babandanya gucisha abahungu babo n’abakobwa babo mu muriro+ no kuragura+ no kurondera ibimenyetso bitara ibizoba+, kandi baguma bigurisha+ kugira ngo bakore ivyari bibi mu maso ya Yehova, ngo bamubabaze+. Ezekiyeli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi warafata abahungu bawe n’abakobwa bawe wari waramvyariye+, ukabatanga bwa kimazi kuri vyo ngo barotswe+—mbega ntiwogeza aho ubumaraya bwawe?
21 “‘Ntuze ureke ngo hagire n’umwe mu ruvyaro rwawe yegurirwa+ Moleki+. Ntuze uhumanye+ izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo. Ndi Yehova+.
17 kandi babandanya gucisha abahungu babo n’abakobwa babo mu muriro+ no kuragura+ no kurondera ibimenyetso bitara ibizoba+, kandi baguma bigurisha+ kugira ngo bakore ivyari bibi mu maso ya Yehova, ngo bamubabaze+.
20 “‘Kandi warafata abahungu bawe n’abakobwa bawe wari waramvyariye+, ukabatanga bwa kimazi kuri vyo ngo barotswe+—mbega ntiwogeza aho ubumaraya bwawe?