Abalewi 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+. Yeremiya 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbega iyi nzu yitirirwa izina ryanje+ yacitse isenga ry’abambuzi mu maso yanyu+? Erega nanje narabibonye,” ni ko Yehova avuze+.
3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+.
11 Mbega iyi nzu yitirirwa izina ryanje+ yacitse isenga ry’abambuzi mu maso yanyu+? Erega nanje narabibonye,” ni ko Yehova avuze+.