Yeremiya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+. Yeremiya 6:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+.
3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.
29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+.