Ezekiyeli 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ururimi rwawe nzorumatanya n’amagage y’akanwa kawe+, kandi ntuzobura gucika ikiragi+, kandi ntuzobabera uwutanga igikangiro+, kuko ari inzu y’ingarariji+. Ezekiyeli 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ico gihe ukuboko kwa Yehova kwari kwanjeko ku mugoroba imbere y’uko uwo yacitse kw’icumu aza+, maze Imana iteranura akanwa kanje imbere y’uko uwo muntu aza aho ndi mu gitondo, akanwa kanje karateranuka, sinasubira kuba ikiragi+. Luka 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo, ehe ugira ucereze+ ntushobore kuvuga gushika umusi ivyo bintu bizobera, kubera ko utemeye amajambo yanje, ayazoranguka mu gihe cashinzwe cayo.”
26 Ururimi rwawe nzorumatanya n’amagage y’akanwa kawe+, kandi ntuzobura gucika ikiragi+, kandi ntuzobabera uwutanga igikangiro+, kuko ari inzu y’ingarariji+.
22 Ico gihe ukuboko kwa Yehova kwari kwanjeko ku mugoroba imbere y’uko uwo yacitse kw’icumu aza+, maze Imana iteranura akanwa kanje imbere y’uko uwo muntu aza aho ndi mu gitondo, akanwa kanje karateranuka, sinasubira kuba ikiragi+.
20 Mugabo, ehe ugira ucereze+ ntushobore kuvuga gushika umusi ivyo bintu bizobera, kubera ko utemeye amajambo yanje, ayazoranguka mu gihe cashinzwe cayo.”