Yesaya 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibisagara vya Aroweri+ vyahebwe bicitse ibibanza vy’amasho, aho yivyagirira, ata n’umwe ayajugumiza+. Yesaya 32:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko umunara wo kubamwo ubwawo watawe+, uruyogoyogo rw’igisagara rwahebwe; Ofeli+ be n’umunara w’inderetsi ubwavyo vyacitse amatongo y’agahinga, bicika umwigino w’imparage igihe kitagira urugero, uburagiriro bw’amasho; Zefaniya 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amasho azokwigaramangira hagati muri Ninewe, n’ibikoko vyose vyo mw’ihanga+. Ikinyoni ntamayuruzi be n’ikinyogoto+ bizokwirarira hagati y’imitwe y’inkingi zaho+. Hazoguma humvikana ijwi riririmbira mw’idirisha. Hazoba agatikizo ku rwinjiriro, kuko imbaho zo ku mpome atazobura kuzisiga amenya+.
2 Ibisagara vya Aroweri+ vyahebwe bicitse ibibanza vy’amasho, aho yivyagirira, ata n’umwe ayajugumiza+.
14 Kuko umunara wo kubamwo ubwawo watawe+, uruyogoyogo rw’igisagara rwahebwe; Ofeli+ be n’umunara w’inderetsi ubwavyo vyacitse amatongo y’agahinga, bicika umwigino w’imparage igihe kitagira urugero, uburagiriro bw’amasho;
14 Amasho azokwigaramangira hagati muri Ninewe, n’ibikoko vyose vyo mw’ihanga+. Ikinyoni ntamayuruzi be n’ikinyogoto+ bizokwirarira hagati y’imitwe y’inkingi zaho+. Hazoguma humvikana ijwi riririmbira mw’idirisha. Hazoba agatikizo ku rwinjiriro, kuko imbaho zo ku mpome atazobura kuzisiga amenya+.