16 Nihumvikana ijwi ry’ugutemba kwaryo, nzotigitisha koko amahanga ninarimanukana mu kuzimu hamwe n’abamanuka muri ca cobo+, kandi muri ca gihugu co munsi epfo, ibiti vyose vyo muri Edeni+, ivy’intorwa kandi vyiza kuruta ibindi vyose vy’i Libani, ibinywa amazi vyose, bizohozwa+.