ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;

      Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.

      Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+.

  • Ezekiyeli 27:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Ababa mu mazinga bose+, ntibazobura kukuraba bumiwe, kandi abami babo bazobwirizwa guhinda agashitsi bari n’ikinya+. Mu maso h’abantu hazohungabana+.

  • Ezekiyeli 32:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi kubera wewe, nzotuma koko ibisata vyinshi vy’abantu bicika ivutu+, abami babo na bo bahinde agashitsi bari n’ikinya kubera wewe ninabangurira inkota yanje mu maso yabo+, kandi bazobwirizwa kujugumira umwanya wose, umwe wese ku bw’ubuzima bwiwe, ku musi w’ugutemba kwawe+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika