Ezekiyeli 27:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nayo abadandaza bo hagati mu bisata vy’abantu, ntibazobura kuvuza agahwa ku bikwerekeye+. Uzohinduka ibica ivutu bukwi na bukwi, kandi ntuzokwongera kubaho, gushika igihe kitagira urugero+.’”’”
36 Nayo abadandaza bo hagati mu bisata vy’abantu, ntibazobura kuvuza agahwa ku bikwerekeye+. Uzohinduka ibica ivutu bukwi na bukwi, kandi ntuzokwongera kubaho, gushika igihe kitagira urugero+.’”’”