ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kugira ngo igihugu cabo bakigire akajoreza+, kibe ico kuvugiriza agahwa gushika igihe kitagira urugero+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azogitamarira ajongorotse yongere azunze umutwe+.

  • Yeremiya 19:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi iki gisagara nzokigira akajoreza be n’ikintu co kuvugiriza agahwa+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azogitamarira ajongorotse yongere avuze agahwa kubera ivyago vyaco vyose+.

  • Ivyahishuwe 18:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Abadandaza b’ingenzi+ b’ivyo bintu, abacitse abatunzi kubera we, bazohagarara nka hariya kubera batinya ukubabazwa kwiwe, barire, bagandare+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika