Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+. Ezekiyeli 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzokugira ahantu ho ku rutare hakayangana, hagaragara+. Uzocika imbuga yo kwanikiramwo insenga z’umukwabu+. Ntuzogenda usubiye kwubakwa; kuko jewe Yehova mvuze,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.
10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.
14 Nzokugira ahantu ho ku rutare hakayangana, hagaragara+. Uzocika imbuga yo kwanikiramwo insenga z’umukwabu+. Ntuzogenda usubiye kwubakwa; kuko jewe Yehova mvuze,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.