Ezekiyeli 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo abakuzi bose mu bisata vy’abantu, ntibazobura kukuraba bumiwe+. Uzohinduka ibica ivutu bukwi na bukwi, kandi ntuzokwongera kubaho, gushika igihe kitagira urugero+.”’”
19 Nayo abakuzi bose mu bisata vy’abantu, ntibazobura kukuraba bumiwe+. Uzohinduka ibica ivutu bukwi na bukwi, kandi ntuzokwongera kubaho, gushika igihe kitagira urugero+.”’”