Ezekiyeli 27:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ababa mu mazinga bose+, ntibazobura kukuraba bumiwe, kandi abami babo bazobwirizwa guhinda agashitsi bari n’ikinya+. Mu maso h’abantu hazohungabana+.
35 Ababa mu mazinga bose+, ntibazobura kukuraba bumiwe, kandi abami babo bazobwirizwa guhinda agashitsi bari n’ikinya+. Mu maso h’abantu hazohungabana+.