ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 26:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Nzokugira ibica ivutu bukwi na bukwi+, kandi ntuzobaho; uzoronderwa+, mugabo ntuzokwongera kuboneka gushika igihe kitagira urugero*+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

  • Ezekiyeli 27:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Nayo abadandaza bo hagati mu bisata vy’abantu, ntibazobura kuvuza agahwa ku bikwerekeye+. Uzohinduka ibica ivutu bukwi na bukwi, kandi ntuzokwongera kubaho, gushika igihe kitagira urugero+.’”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika