Itanguriro 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+ 1 Ngoma 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+, Indirimbo ya Salomo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ndi umwigeme yirabura, ariko ateye igomwe, emwe bakobwa ba Yeruzalemu+; meze nk’amahema y’i Kedari+, yamara nk’ibitambara vy’ihema+ vya Salomo. Yesaya 60:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.
13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+
29 Aya ni yo mamuko y’imiryango yabo: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+,
5 “Ndi umwigeme yirabura, ariko ateye igomwe, emwe bakobwa ba Yeruzalemu+; meze nk’amahema y’i Kedari+, yamara nk’ibitambara vy’ihema+ vya Salomo.
7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.