ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Tiro+: Nimuboroge, mwa meri z’i Tarushishi+! Kuko hanyazwe ntihasubire kuba ikivuko, ntihasubire kuba aho kwinjira+. Babihishuriwe bivuye mu gihugu ca Kitimu+.

  • Ezekiyeli 26:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ntibazobura kukuririmbira akaririmbo k’intimba+, bakubwire bati:

      “‘“Ewe kuntu wayogeye, wewe bahora babamwo kuva ku biyaga+, ewe gisagara cashemagizwa, uwacitse uwukomeye mu kiyaga+, mwe n’abakubamwo, bamwe bahora bumvisha iterabwoba ryabo ababa kw’isi bose!

  • Ivyahishuwe 18:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Kandi abami+ b’isi bakoranye na we ubusambanyi kandi bakibera mu bihinda vy’agaterasoni bazomuririra bongere bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu+, nibaraba umwotsi+ uva ku kururumba kwiwe,

  • Ivyahishuwe 18:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Vyongeye, abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi baramuririra bongera bamuborogera+, kuko ata wuriho wo kwongera kugura ububiko bwabo bwuzuye,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika