Gucura intimba 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uzombera icabona mu biki? Nzokugereranya n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu+?Nzokunganisha n’iki, kugira ndaguhoze, ga wa mukobwa w’isugi wa Siyoni+?Kuko ugusenyuka kwawe+ ari kunini nk’ikiyaga. Ni nde yogukiza+? Ivyahishuwe 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 biha akaruru baravye umwotsi uva ku kururumba kwiwe, bavuga bati: ‘Ni ikihe gisagara kimeze nka ca gisagara gikomeye+?’
13 Uzombera icabona mu biki? Nzokugereranya n’iki ga mukobwa wa Yeruzalemu+?Nzokunganisha n’iki, kugira ndaguhoze, ga wa mukobwa w’isugi wa Siyoni+?Kuko ugusenyuka kwawe+ ari kunini nk’ikiyaga. Ni nde yogukiza+?
18 biha akaruru baravye umwotsi uva ku kururumba kwiwe, bavuga bati: ‘Ni ikihe gisagara kimeze nka ca gisagara gikomeye+?’