1 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi umugwi w’imeri za Hiramu+ wazana inzahabu uzikuye i Ofiri+, warakura i Ofiri n’ibiti vya alugumu+ vyinshi cane be n’amabuye y’agaciro+. 2 Ngoma 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko imeri z’umwami zaja i Tarushishi+ ziri kumwe n’abasuku ba Hiramu+. Rimwe mu myaka itatu, imeri z’i Tarushishi zaraza, zizanye inzahabu n’ifeza+, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi+. Ezekiyeli 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘“Tarushishi+ yari umudandaza wawe kubera ubwinshi bw’ibintu vy’agaciro vy’ubwoko bwose+. Ivyo mu bubiko bwawe vyatangwa ngo uronke ifeza yaho, icuma caho, ubutare bw’ibati bwaho n’ubutare bw’isǎsu bwaho+. Yoweli 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko mwatwaye ifeza yanje n’inzahabu yanje+, ibintu vyanje vyiza bihimbaye mukabizana mu nsengero zanyu+;
11 Kandi umugwi w’imeri za Hiramu+ wazana inzahabu uzikuye i Ofiri+, warakura i Ofiri n’ibiti vya alugumu+ vyinshi cane be n’amabuye y’agaciro+.
21 Kuko imeri z’umwami zaja i Tarushishi+ ziri kumwe n’abasuku ba Hiramu+. Rimwe mu myaka itatu, imeri z’i Tarushishi zaraza, zizanye inzahabu n’ifeza+, amasenge+, n’inkende be n’ibinyoni vyitwa tawusi+.
12 “‘“Tarushishi+ yari umudandaza wawe kubera ubwinshi bw’ibintu vy’agaciro vy’ubwoko bwose+. Ivyo mu bubiko bwawe vyatangwa ngo uronke ifeza yaho, icuma caho, ubutare bw’ibati bwaho n’ubutare bw’isǎsu bwaho+.
5 Kuko mwatwaye ifeza yanje n’inzahabu yanje+, ibintu vyanje vyiza bihimbaye mukabizana mu nsengero zanyu+;